Zaburi 103:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Ntaguma atorana amahinyu+,kandi ntabika inzika ibihe vyose+.