Zaburi 111:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Yaracunguye abantu biwe+. צ [Tsade] Yashinze ko isezerano ryiwe ryamaho ibihe vyose. ק [Kofu] Izina ryiwe ni ryeranda kandi rirateye akoba+. Zaburi Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 111:9 Umunara w’Inderetsi,15/3/2009, rup. 23-24
9 Yaracunguye abantu biwe+. צ [Tsade] Yashinze ko isezerano ryiwe ryamaho ibihe vyose. ק [Kofu] Izina ryiwe ni ryeranda kandi rirateye akoba+.