Zaburi 114:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Mbega wahunze iki ga wa kiyaga+? Kubera iki wasubiye inyuma ga Yorodani+?