Imigani 11:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Akanwa k’umuntu atubaha Imana* gakwegera mugenziwe guhona,ariko abagororotsi bakizwa n’ubumenyi bwabo+.
9 Akanwa k’umuntu atubaha Imana* gakwegera mugenziwe guhona,ariko abagororotsi bakizwa n’ubumenyi bwabo+.