Imigani 25:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Kurya kw’akabeho k’urubura* mu gihe c’iyimbura,ni ko n’intumwa yizigirwa imeze ku wayitumye,kuko iruhurira shebuja+.
13 Kurya kw’akabeho k’urubura* mu gihe c’iyimbura,ni ko n’intumwa yizigirwa imeze ku wayitumye,kuko iruhurira shebuja+.