Imigani 26:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 26 Kurya bitabereye ko urubura* rugwa mu ci, n’imvura mu gihe c’iyimbura,ni ko bitabereye ko ikijuju giterwa iteka+.
26 Kurya bitabereye ko urubura* rugwa mu ci, n’imvura mu gihe c’iyimbura,ni ko bitabereye ko ikijuju giterwa iteka+.