Imigani 30:19 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 19 Inzira y’inkona mu kirere,inzira y’inzoka ku gitandara,inzira y’ubwato* mu kiyagan’inzira y’umugabo ari kumwe n’inkumi.
19 Inzira y’inkona mu kirere,inzira y’inzoka ku gitandara,inzira y’ubwato* mu kiyagan’inzira y’umugabo ari kumwe n’inkumi.