Imigani 30:33 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 33 Nka kurya nyene guterera amata bizana amavutano gufyonda izuru bikazana amaraso,ni ko no kuvyura ishavu bizana amahane+. Imigani Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 30:33 Umunara w’Inderetsi,1/2/2008, rup. 19
33 Nka kurya nyene guterera amata bizana amavutano gufyonda izuru bikazana amaraso,ni ko no kuvyura ishavu bizana amahane+.