Umusiguzi 3:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Naratahuye ko ivyo Imana y’ukuri ikora vyose bizokwamaho ibihe bidahera. Nta na kimwe umuntu yokwongerako canke ngo akureko. Imana y’ukuri yabikoze gutyo kugira abantu bayitinye+.
14 Naratahuye ko ivyo Imana y’ukuri ikora vyose bizokwamaho ibihe bidahera. Nta na kimwe umuntu yokwongerako canke ngo akureko. Imana y’ukuri yabikoze gutyo kugira abantu bayitinye+.