Umusiguzi 9:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Muri ko hariyo umugabo akenye ariko afise ubukerebutsi, kandi yarakijije ako gasagara biciye ku bukerebutsi bwiwe. Mugabo nta n’umwe yibutse uwo mugabo w’umukene+.
15 Muri ko hariyo umugabo akenye ariko afise ubukerebutsi, kandi yarakijije ako gasagara biciye ku bukerebutsi bwiwe. Mugabo nta n’umwe yibutse uwo mugabo w’umukene+.