Umusiguzi 10:20 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 20 Ntukavume* umwami+ naho hoba mu vyiyumviro vyawe*, kandi ntukavume umutunzi uri mu cumba uryamamwo, kuko inyoni* yohava itwara ijwi* ryawe canke ikiremwa kiguruka kigasubiramwo ivyo wavuze.
20 Ntukavume* umwami+ naho hoba mu vyiyumviro vyawe*, kandi ntukavume umutunzi uri mu cumba uryamamwo, kuko inyoni* yohava itwara ijwi* ryawe canke ikiremwa kiguruka kigasubiramwo ivyo wavuze.