Umusiguzi 11:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Umuntu niyabaho imyaka myinshi, akwiye kuyihimbarirwa yose+. Ariko akwiye kwibuka ko imisi y’umwiza ishobora kuba myinshi. Ibizoza vyose ni ubusa+. Umusiguzi Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 11:8 Umunara w’Inderetsi,1/11/2006, rup. 15
8 Umuntu niyabaho imyaka myinshi, akwiye kuyihimbarirwa yose+. Ariko akwiye kwibuka ko imisi y’umwiza ishobora kuba myinshi. Ibizoza vyose ni ubusa+.