Umusiguzi 12:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Uwukoranya abantu ntiyacitse umunyabwenge* gusa, ariko kandi yagumye yigisha abantu ivyo azi+. Yarazirikanye yongera aracukura kugira yegeranye* imigani myinshi+. Umusiguzi Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 12:9 Umunara w’Inderetsi,1/12/1999, rup. 17
9 Uwukoranya abantu ntiyacitse umunyabwenge* gusa, ariko kandi yagumye yigisha abantu ivyo azi+. Yarazirikanye yongera aracukura kugira yegeranye* imigani myinshi+.