-
Indirimbo ya Salomo 2:3Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
3 «Kurya kw’igiti c’ipome mu biti vyo mw’ishamba,
ni ko umukunzi wanje ameze mu bandi bahungu.
Ndipfuza cane kwicara mu gitutu ciwe,
kandi icamwa ciwe kirandyohera.
-