Indirimbo ya Salomo 4:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 narada+ na habasereti, kanehe*+ na kanele*+,ubwoko bwose bw’ibiti vy’imibavu, imira n’ingagari+,hamwe n’ubwoko bwose bw’ibiterwa bimota neza cane+. Indirimbo ya Salomo Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 4:14 Umunara w’Inderetsi,1/2/2014, rup. 10
14 narada+ na habasereti, kanehe*+ na kanele*+,ubwoko bwose bw’ibiti vy’imibavu, imira n’ingagari+,hamwe n’ubwoko bwose bw’ibiterwa bimota neza cane+.