Indirimbo ya Salomo 5:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Umutwe wiwe ni inzahabu, inzahabu ityoroye. Imishatsi yiwe imeze nk’amababi y’ibigazi ariko arahungabana*,kandi irirabura nk’igikona.
11 Umutwe wiwe ni inzahabu, inzahabu ityoroye. Imishatsi yiwe imeze nk’amababi y’ibigazi ariko arahungabana*,kandi irirabura nk’igikona.