Yesaya 6:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Nca mvuga nti: «Karabaye ndapfuye*,kubera ko ndi umuntu w’iminwa ihumanye,nkaba mba mu bantu b’iminwa ihumanye+,no kubera ko amaso yanje yiboneye Umwami Yehova Nyeningabo ubwiwe!» Yesaya Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 6:5 Niwiyegereze, rup. 32-34
5 Nca mvuga nti: «Karabaye ndapfuye*,kubera ko ndi umuntu w’iminwa ihumanye,nkaba mba mu bantu b’iminwa ihumanye+,no kubera ko amaso yanje yiboneye Umwami Yehova Nyeningabo ubwiwe!»