Yesaya 6:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Araheza arikoza ku munwa wanje, avuga ati: «Iri kara rirakoze ku minwa yawe. Ikosa ryawe rirakuweho,n’igicumuro cawe kirababariwe*.»
7 Araheza arikoza ku munwa wanje, avuga ati: «Iri kara rirakoze ku minwa yawe. Ikosa ryawe rirakuweho,n’igicumuro cawe kirababariwe*.»