Yesaya 17:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Ibisagara bikingijwe ibihome bizozimangana mu karere ka Efurayimu+,n’ubwami buzimangane i Damasiko+.Icubahiro c’Abasiriya bazoba basigaye kizozimanganank’icubahiro c’Abisirayeli», ni ko Yehova Nyeningabo avuze.
3 Ibisagara bikingijwe ibihome bizozimangana mu karere ka Efurayimu+,n’ubwami buzimangane i Damasiko+.Icubahiro c’Abasiriya bazoba basigaye kizozimanganank’icubahiro c’Abisirayeli», ni ko Yehova Nyeningabo avuze.