Yesaya 17:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Kuri uwo musi umuntu azorangamiza arabe Uwamuremye*, ahange amaso wa Mweranda wa Isirayeli.