Yesaya 21:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Ni co gituma mfise intuntu nyinshi*+. Mfashwe n’ukwigonyonzoranka kurya kw’umugore ariko aribaruka. Mfise amaganya menshi ku buryo ntumva.Nataye umutwe ku buryo ntabona.
3 Ni co gituma mfise intuntu nyinshi*+. Mfashwe n’ukwigonyonzoranka kurya kw’umugore ariko aribaruka. Mfise amaganya menshi ku buryo ntumva.Nataye umutwe ku buryo ntabona.