-
Yesaya 23:7Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
7 Mbega iki ni ca gisagara canyu camye cigina kuva kera, kuva kigitangura kubaho?
Ibirenge vyaco vyahora bigishikana mu bihugu vya kure ngo cibereyo.
-