Yesaya 24:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Bizoba cokimwe ku bantu bose: ku munyagihugu no ku muherezi,ku musuku no kuri shebuja,ku musukukazi no kuri inabuja,ku wugura no ku wudandaza,ku wutiza no ku wutira,ku wutanga ingurane no ku wuyihabwa+.
2 Bizoba cokimwe ku bantu bose: ku munyagihugu no ku muherezi,ku musuku no kuri shebuja,ku musukukazi no kuri inabuja,ku wugura no ku wudandaza,ku wutiza no ku wutira,ku wutanga ingurane no ku wuyihabwa+.