Yesaya 25:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 25 Ewe Yehova, uri Imana yanje. Ndaguhaya ngashemeza izina ryawe,kuko wakoze ibintu vy’agatangaza+,ibintu wateguye* kuva kera+.Warabishikije, werekana ko uri umwizigirwa+. Yesaya Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 25:1 Umunara w’Inderetsi,1/3/2001, rup. 22
25 Ewe Yehova, uri Imana yanje. Ndaguhaya ngashemeza izina ryawe,kuko wakoze ibintu vy’agatangaza+,ibintu wateguye* kuva kera+.Warabishikije, werekana ko uri umwizigirwa+.