Yesaya 33:18 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 18 Mu mutima wawe uzokwibuka* ivyaguca ivutu, wibwire uti: «Umunyamabanga ari hehe? Uwutoza* ikori*+ ari hehe? Uwuharura iminara ari hehe?»
18 Mu mutima wawe uzokwibuka* ivyaguca ivutu, wibwire uti: «Umunyamabanga ari hehe? Uwutoza* ikori*+ ari hehe? Uwuharura iminara ari hehe?»