-
Yesaya 36:12Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
12 Mugabo Rabushake yishura ati: «Mbega mwibaza ko databuja yantumye kubwira aya majambo mwe na shobuja gusa? Erega yantumye kubibwira n’abo bagabo bahagaze ku ruzitiro, bazohava barya umwanda wabo mukuru, bakanywa n’umwanda wabo mutoyi cokimwe namwe.»
-