Yesaya 40:24 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 24 Bakimara guterwa,bakimara kubibwa,igishitsi cabo kikimara gushora imizi mw’isi,umuyaga urabahuhutirako bagaca buma,ukabakukumura nk’ibishakara+.
24 Bakimara guterwa,bakimara kubibwa,igishitsi cabo kikimara gushora imizi mw’isi,umuyaga urabahuhutirako bagaca buma,ukabakukumura nk’ibishakara+.