Yesaya 42:19 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 19 Ni nde ari impumyi nk’umusavyi wanje?Ni nde afise ingorane yo kutumva nk’intumwa yanje? Ni nde ari impumyi nk’uwo nahaye impera?Ni nde ari impumyi nk’umusavyi wa Yehova+?
19 Ni nde ari impumyi nk’umusavyi wanje?Ni nde afise ingorane yo kutumva nk’intumwa yanje? Ni nde ari impumyi nk’uwo nahaye impera?Ni nde ari impumyi nk’umusavyi wa Yehova+?