Yesaya 42:22 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 22 Mugabo ni ihanga ryasahuwe riramburwa+.Bose bafashwe n’umutego mu binogo, banyegezwa mu mabohero+. Barasahuwe babura uwubatabara+,baramburwa ntihagira uwuvuga ngo: «Garukana!»
22 Mugabo ni ihanga ryasahuwe riramburwa+.Bose bafashwe n’umutego mu binogo, banyegezwa mu mabohero+. Barasahuwe babura uwubatabara+,baramburwa ntihagira uwuvuga ngo: «Garukana!»