Yesaya 43:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 «Ni jewe nabihishuye, ndakiza, ndabimenyekanisha,igihe ata mana y’inyamahanga yariho muri mwebwe+. Muri ivyabona vyanje rero», ni ko Yehova avuze, «kandi ni jewe Mana+. Yesaya Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 43:12 Umunara w’Inderetsi,15/11/2014, rup. 21-22
12 «Ni jewe nabihishuye, ndakiza, ndabimenyekanisha,igihe ata mana y’inyamahanga yariho muri mwebwe+. Muri ivyabona vyanje rero», ni ko Yehova avuze, «kandi ni jewe Mana+.