-
Yesaya 43:23Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
23 Ntiwanzaniye intama z’amashikanwa yawe aturirwa uko yakabaye,
canke ngo uninahaze mu kunshikanira ibimazi.