-
Yesaya 58:4Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
4 Iyo mwisonzesheje muruhira gutongana no kurwana,
mugakubitana igipfunsi c’ububisha.
Ntimwokwisonzesha gutyo ngo mwitege ko ijwi ryanyu ryumvikana mw’ijuru.
-