Yesaya 65:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Yehova avuze ati: «Nk’uko nyene umuntu abona umuvinyu mushasha mu nzabibu*agaca avuga ati: “Ntiwonone izo nzabibu kuko zirimwo ikintu ciza*”, ni ko nzogirira neza abasavyi banje.Sinzobahonya bose+.
8 Yehova avuze ati: «Nk’uko nyene umuntu abona umuvinyu mushasha mu nzabibu*agaca avuga ati: “Ntiwonone izo nzabibu kuko zirimwo ikintu ciza*”, ni ko nzogirira neza abasavyi banje.Sinzobahonya bose+.