Yeremiya 2:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Naciye ndabazana mu gihugu c’imirima y’ivyamwa,kugira ngo murye ivyamwa vyaco n’ibintu vyiza vyaco+. Mugabo mwaraje muhumanya igihugu canje.Icibare canje mwakigize ikintu gishisha+.
7 Naciye ndabazana mu gihugu c’imirima y’ivyamwa,kugira ngo murye ivyamwa vyaco n’ibintu vyiza vyaco+. Mugabo mwaraje muhumanya igihugu canje.Icibare canje mwakigize ikintu gishisha+.