Yeremiya 2:25 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 25 Geza aho, ntuze ugere aho ugenda utambaye ibirato,n’umuhogo wawe ukicwa n’inyota. Mugabo wavuze uti: “Yaco wiruhishiriza ubusa+. Nikundiye abanyamahanga*+kandi sinzobava inyuma+.”
25 Geza aho, ntuze ugere aho ugenda utambaye ibirato,n’umuhogo wawe ukicwa n’inyota. Mugabo wavuze uti: “Yaco wiruhishiriza ubusa+. Nikundiye abanyamahanga*+kandi sinzobava inyuma+.”