Yeremiya 2:27 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 27 Babwira igiti bati: “Uri dawe+”, bakabwira ibuye bati: “Ni wewe wamvyaye.” Mugabo jewe banteye ibitugu aho kumpanga amaso+. Nibashikirwa n’ivyago bazovuga bati:“Ingo udukize+.”
27 Babwira igiti bati: “Uri dawe+”, bakabwira ibuye bati: “Ni wewe wamvyaye.” Mugabo jewe banteye ibitugu aho kumpanga amaso+. Nibashikirwa n’ivyago bazovuga bati:“Ingo udukize+.”