Yeremiya 3:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Ni co gituma utakironka imvura ikwiye+,n’imvura y’impeshi ntiboneke. Usigaye usa n’umugore* ata co yibanga* akora ubumaraya.Ntunamaramara+.
3 Ni co gituma utakironka imvura ikwiye+,n’imvura y’impeshi ntiboneke. Usigaye usa n’umugore* ata co yibanga* akora ubumaraya.Ntunamaramara+.