Yeremiya 8:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Azosanzwa munsi y’izuba, ukwezi n’ingabo zose zo kw’ijuru. Ivyo bintu barabikunze barabikorera, barabikurikira, barabirondera bongera baravyunamira+. Ayo magufa ntazokwegeranywa canke ngo ahambwe. Azoba nk’intabire isanzaye kw’isi+.
2 Azosanzwa munsi y’izuba, ukwezi n’ingabo zose zo kw’ijuru. Ivyo bintu barabikunze barabikorera, barabikurikira, barabirondera bongera baravyunamira+. Ayo magufa ntazokwegeranywa canke ngo ahambwe. Azoba nk’intabire isanzaye kw’isi+.