-
Yeremiya 8:13Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
13 Yehova avuze ati: “Ninabegeranya nzobaherengeteza.
Nta nzabibu zizosigara ku muzabibu, nta nsukoni zizosigara ku giti c’umusukoni, kandi amababi azokabirana.
Ibintu nabahaye bazobitakaza.”»
-