Yeremiya 9:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Umwe wese acamwo mugenziwe,kandi nta n’umwe avugisha ukuri. Bigishije ururimi rwabo kuvuga ikinyoma+. Barakora ikibi bakaruha.
5 Umwe wese acamwo mugenziwe,kandi nta n’umwe avugisha ukuri. Bigishije ururimi rwabo kuvuga ikinyoma+. Barakora ikibi bakaruha.