-
Yeremiya 15:8Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
8 Imbere yanje, abapfakazi babo bazoba benshi kuruta umusenyi wo ku biyaga.
Nzobazanako uwubahonya mu masasita, ahonye ba inabibondo n’imisore.
Nzotuma bukwi na bukwi baja mu ruhagarara, baranduke umutima.
-