-
Yeremiya 16:3Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
3 Kuko ku bijanye n’abahungu n’abakobwa bavukira aha hantu no ku bijanye na ba nyina babibaruka hamwe na ba se babavyarira muri iki gihugu, Yehova avuze ati:
-