-
Yeremiya 22:10Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
10 Ntimuririre uwapfuye,
kandi ntimumwumvire umubabaro.
Ahubwo nimuririre cane uwugiye mu bunyagano,
kuko atazosubira kugaruka ngo abone igihugu c’amavukiro.
-