Yeremiya 29:18 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 18 “Nzobakurikiza inkota+, inzara n’ikiza. Nzotuma bacika akajoreza imbere y’ubwami bwose bwo kw’isi+, babe umuvumo, akumiza, ikintu co kuvugiriza agahwa+, babe n’abo gucokorwa mu mahanga yose nzobashwiragizamwo+.
18 “Nzobakurikiza inkota+, inzara n’ikiza. Nzotuma bacika akajoreza imbere y’ubwami bwose bwo kw’isi+, babe umuvumo, akumiza, ikintu co kuvugiriza agahwa+, babe n’abo gucokorwa mu mahanga yose nzobashwiragizamwo+.