Yeremiya 34:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Uzokwipfira+ amahoro, kandi nibaguhamba, bazoturira imibavu nk’uko babigiriye ba sogokuruza, abami ba kera bakwitangiye imbere. Bazokuririra bavuga bati: “Yoo, databuja!” Ivyo bizoba kuko “ari jewe ndabivuze”, ni ko Yehova avuze.’”’”»
5 Uzokwipfira+ amahoro, kandi nibaguhamba, bazoturira imibavu nk’uko babigiriye ba sogokuruza, abami ba kera bakwitangiye imbere. Bazokuririra bavuga bati: “Yoo, databuja!” Ivyo bizoba kuko “ari jewe ndabivuze”, ni ko Yehova avuze.’”’”»