Yeremiya 36:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Abo mu Buyuda nibumva ivyago vyose ngira ndabateze, hari aho bohindukira bagaheba ingeso zabo mbi, nanje nkababarira ikosa ryabo n’igicumuro cabo+.»
3 Abo mu Buyuda nibumva ivyago vyose ngira ndabateze, hari aho bohindukira bagaheba ingeso zabo mbi, nanje nkababarira ikosa ryabo n’igicumuro cabo+.»