-
Yeremiya 40:15Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
15 Yohanani mwene Kareya aca abwira Gedaliya mu mpisho bari i Mizipa ati: «Ngira nje kwica Ishimayeli mwene Netaniya, kandi nta wubimenya. Kubera iki yokwica, bigatuma abo mu Buyuda bose bariko bakoranira kuri wewe bashwiragira, abari basigaye mu Buyuda na bo bagahona?»
-