Yeremiya 43:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Azariya mwene Hoshaya, Yohanani+ mwene Kareya n’abagabo bose bita imbere, babwira Yeremiya bati: «Uriko uvuga ibinyoma. Yehova Imana yacu ntiyagutumye kuvuga ngo: “Ntimuje mu Misiri kubayo.”
2 Azariya mwene Hoshaya, Yohanani+ mwene Kareya n’abagabo bose bita imbere, babwira Yeremiya bati: «Uriko uvuga ibinyoma. Yehova Imana yacu ntiyagutumye kuvuga ngo: “Ntimuje mu Misiri kubayo.”