Yeremiya 44:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Kubera iki mumbabarisha ibikorwa vy’amaboko yanyu, mugashikanira ibimazi izindi mana mu gihugu ca Misiri mwagiye kubamwo? Muzohona musigare muri umuvumo mube n’abo gucokorwa mu mahanga yose yo kw’isi+.
8 Kubera iki mumbabarisha ibikorwa vy’amaboko yanyu, mugashikanira ibimazi izindi mana mu gihugu ca Misiri mwagiye kubamwo? Muzohona musigare muri umuvumo mube n’abo gucokorwa mu mahanga yose yo kw’isi+.