-
Yeremiya 48:12Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
12 “Ku bw’ivyo mu misi iri mbere”, ni ko Yehova avuze, “nzorungika ababacuranguza. Bazobacurika bacuranure ivyombo vyabo, basavye n’imibindi yabo minini.
-